ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mu nyuma Yehova abwira Musa na Aroni ati: “Kubera ko mutagaragaje ko munyizera ngo munyeze+ mu maso ya bene Isirayeli, ku bw’ivyo ntimuzokwinjiza iri shengero mu gihugu nzobaha ata kabuza+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Duga kw’isonga rya Pisiga+ uraramurire amaso yawe mu burengero, no mu buraruko, no mu bumanuko, no mu buseruko, urabe n’amaso yawe, kuko utazojabuka uru ruzi Yorodani+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Kandi Yehova yarandurumbiye ishavu kubera mwebwe+, bituma arahira yuko ntogiye njabutse Yorodani canke ngo ninjire muri ca gihugu ciza Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika