Guharura 27:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Niwamara kukibona, uzoheza uhamvye ab’iwanyu+, egome, wewe, nk’uko Aroni mwene wanyu yabahambije+, Gusubira mu vyagezwe 31:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ababwira ati: “Uno musi mfise imyaka ijana na mirongo ibiri+. Ntibigikunda ko nza ndagenda nongera ngaruka+, kuko Yehova yambwiye ati: ‘Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.’
13 Niwamara kukibona, uzoheza uhamvye ab’iwanyu+, egome, wewe, nk’uko Aroni mwene wanyu yabahambije+,
2 ababwira ati: “Uno musi mfise imyaka ijana na mirongo ibiri+. Ntibigikunda ko nza ndagenda nongera ngaruka+, kuko Yehova yambwiye ati: ‘Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.’