Yosuwa 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 atuma no ku Banyakanani+ mu buseruko no mu burengero, no ku Bamori+ no ku Baheti+ no ku Baperizi+ no ku Bayebusi+ mu karere k’imisozi, no ku Bahiwi+ ku mucamo wa Herumoni+ mu gihugu ca Mizipa+. Indirimbo ya Salomo 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ingo tujane tuvuye i Libani, ewe mugeni+, tujane tuvuye i Libani+. Numanuke uvuye kw’isonga rya Anti-Libani, uvuye kw’isonga rya Seniri+, mbere kuri Herumoni+, uvuye mu butaho bw’intambwe, uvuye mu misozi y’ingwe.
3 atuma no ku Banyakanani+ mu buseruko no mu burengero, no ku Bamori+ no ku Baheti+ no ku Baperizi+ no ku Bayebusi+ mu karere k’imisozi, no ku Bahiwi+ ku mucamo wa Herumoni+ mu gihugu ca Mizipa+.
8 Ingo tujane tuvuye i Libani, ewe mugeni+, tujane tuvuye i Libani+. Numanuke uvuye kw’isonga rya Anti-Libani, uvuye kw’isonga rya Seniri+, mbere kuri Herumoni+, uvuye mu butaho bw’intambwe, uvuye mu misozi y’ingwe.