Kuvayo 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova abonye ko akebeje ngo akenguze, ako kanya Imana iramuhamagara hagati muri ca gisaka c’amahwa, iti: “Musa! Musa!”, na we ati: “Ndi hano+.” Ivyakozwe 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Imyaka mirongo ine irangiye, abonekerwa n’umumarayika mu gahinga k’umusozi Sinayi mu rubeya rw’umuriro rw’igisaka c’amahwa+.
4 Yehova abonye ko akebeje ngo akenguze, ako kanya Imana iramuhamagara hagati muri ca gisaka c’amahwa, iti: “Musa! Musa!”, na we ati: “Ndi hano+.”
30 “Imyaka mirongo ine irangiye, abonekerwa n’umumarayika mu gahinga k’umusozi Sinayi mu rubeya rw’umuriro rw’igisaka c’amahwa+.