Itanguriro 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.” 1 Ngoma 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+—
7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.”
2 Kuko Yuda+ yabaye mukuru muri bene wabo; kandi uwobaye indongozi yakomotse muri we+; mugabo uburenganzira bw’imfura bwari ubwa Yozefu+—