18 Nayo bene Rubeni n’Abagadi n’igice c’umuryango wa Manase, mu bari abantu b’intwari+, abagabo batwara inkinzo n’inkota kandi bafora umuheto bamenyerejwe mu ntambara, hari ibihumbi mirongo ine na bine n’amajana indwi na mirongo itandatu baja mu ngabo+.