Zaburi 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hahiriwe ihanga Imana yaryo ari Yehova+,Igisata c’abantu yatoye ngo kibe intoranwa yiwe+. Zaburi 144:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hahiriwe abantu ivyabo bimeze gutyo!”Hahiriwe abantu Imana yabo ari Yehova+! Zaburi 146:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hahiriwe uwufise Imana ya Yakobo bwa mutabazi wiwe+,Icizigiro ciwe kikaba kiri muri Yehova Imana yiwe+,
5 Hahiriwe uwufise Imana ya Yakobo bwa mutabazi wiwe+,Icizigiro ciwe kikaba kiri muri Yehova Imana yiwe+,