Itanguriro 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko Izahaki amaze gusaza, n’amaso yiwe akaba yarimwo ivyijiji ku buryo adashobora kubona+, ahamagara Esawu umuhungu wiwe mukuru, amubwira+ ati: “Mwananje!” Na we ati: “Ndi hano!” Itanguriro 48:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi amaso ya Isirayeli yari asigaye abona ivyijiji kubera ubusaza+. Ntiyashobora kubona. Nuko abazana hafi yiwe, arabasoma yongera arabagumbira+.
27 Nuko Izahaki amaze gusaza, n’amaso yiwe akaba yarimwo ivyijiji ku buryo adashobora kubona+, ahamagara Esawu umuhungu wiwe mukuru, amubwira+ ati: “Mwananje!” Na we ati: “Ndi hano!”
10 Kandi amaso ya Isirayeli yari asigaye abona ivyijiji kubera ubusaza+. Ntiyashobora kubona. Nuko abazana hafi yiwe, arabasoma yongera arabagumbira+.