ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 27:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Niwitorere Yosuwa mwene Nuni, umugabo arimwo impwemu+, maze umurambikeko ikiganza cawe+;

  • Gusubira mu vyagezwe 31:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Inyuma y’ivyo Yehova abwira Musa ati: “Ehe imisi y’uko upfa iregereje+. Hamagara Yosuwa, muheze muhagarare mw’ihema ry’ihuriro, kugira ndamushinge igikorwa+.” Nuko Musa na Yosuwa baragenda, bahagarara mw’ihema ry’ihuriro+.

  • Ivyakozwe 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 babashira imbere y’intumwa, na zo zimaze gusenga, zibarambikako ibiganza+.

  • 1 Timoteyo 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ntufate minenegwe ingabirano+ iri muri wewe, iyo wahawe biciye ku vyavuzwe imbere y’igihe+ be n’igihe inama y’abagabo b’inararibonye yakurambikako ibiganza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika