Kuvayo 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+. Gusubira mu vyagezwe 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kugira ntimwikwegere guhona+ kandi vy’ukuri ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikimenyetso ico ari co cose, ishusho y’ikintu c’igitsina-gabo canke c’igitsina-gore+, 1 Abakorinto 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko rero, bakundwa banje, muhunge+ ugusenga ibigirwamana+.
4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+.
16 kugira ntimwikwegere guhona+ kandi vy’ukuri ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikimenyetso ico ari co cose, ishusho y’ikintu c’igitsina-gabo canke c’igitsina-gore+,