Guharura 21:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Inyuma y’ivyo barahindukira, badugana inzira ya Bashani+. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka guhura na bo, we hamwe n’abantu biwe bose, mu rugamba rw’i Edireyi+. Gusubira mu vyagezwe 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ico gihe nyene dufata ibisagara vyiwe vyose. Nta gisagara na kimwe tutabatse: ibisagara mirongo itandatu+, akarere kose ka Arugobu+, ubwami bwa Ogi i Bashani+. Gusubira mu vyagezwe 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+.
33 Inyuma y’ivyo barahindukira, badugana inzira ya Bashani+. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka guhura na bo, we hamwe n’abantu biwe bose, mu rugamba rw’i Edireyi+.
4 Ico gihe nyene dufata ibisagara vyiwe vyose. Nta gisagara na kimwe tutabatse: ibisagara mirongo itandatu+, akarere kose ka Arugobu+, ubwami bwa Ogi i Bashani+.
7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+.