Gusubira mu vyagezwe 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+, Abaroma 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Imana itagira nkunzi+. Abanyefeso 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Namwe ba shebuja, mugume mubagirira ivyo nyene, mureke iterabwoba+, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu+ ari mw’ijuru, kandi nta kugira nkunzi+ kuba muri we.
17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+,
9 Namwe ba shebuja, mugume mubagirira ivyo nyene, mureke iterabwoba+, kuko muzi yuko Shebuja wabo akaba n’uwanyu+ ari mw’ijuru, kandi nta kugira nkunzi+ kuba muri we.