Gusubira mu vyagezwe 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu gihugu ca Misiri maze Yehova Imana yawe akagucungura+. Ni co gituma ndagutegetse iki kintu uno musi. Gusubira mu vyagezwe 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu Misiri, hanyuma Yehova Imana yawe akagucungura akagukurayo+. Ni co gituma ndagutegetse kugira ico kintu.
15 Kandi utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu gihugu ca Misiri maze Yehova Imana yawe akagucungura+. Ni co gituma ndagutegetse iki kintu uno musi.
18 Utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu Misiri, hanyuma Yehova Imana yawe akagucungura akagukurayo+. Ni co gituma ndagutegetse kugira ico kintu.