Kuvayo 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ntukarenge ibigo+. Imigani 6:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uwo wese arenga ibigo mu kuryamana n’umugore, ntagira umutima+; uwubigira aba ariko yikwegera guhona+. 1 Abakorinto 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimuhunge ubusambanyi+. Ikindi gicumuro cose umuntu yokora ni ic’inyuma y’umubiri wiwe, mugabo uwuza arakora ubusambanyi aba ariko acumura ku mubiri wiwe bwite+. Abaheburayo 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.
32 Uwo wese arenga ibigo mu kuryamana n’umugore, ntagira umutima+; uwubigira aba ariko yikwegera guhona+.
18 Nimuhunge ubusambanyi+. Ikindi gicumuro cose umuntu yokora ni ic’inyuma y’umubiri wiwe, mugabo uwuza arakora ubusambanyi aba ariko acumura ku mubiri wiwe bwite+.
4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.