ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Ntukipfuze inzu ya mugenzawe. Ntukipfuze umugore wa mugenzawe+, canke umushumba wiwe, canke umushumbakazi wiwe, canke ishūri yiwe, canke indogobwa yiwe, canke ikintu na kimwe ca mugenzawe+.”

  • 1 Abami 21:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko Ahabu aja iwe, yijiriwe kandi ajonjogoye kubera ijambo Naboti Umuyezireyeli yari yamubwiye, igihe yavuga ati: “Singuha intoranwa ya ba sogokuruza banje.” Maze aryama ku buriri bwiwe, mu maso hiwe aguma aharabishije ku ruhome+, ntiyarya umukate.

  • Luka 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze ababwira ati: “Mugume murikanuye kandi mwirinde ubwoko bwose bw’umwina+, kuko no mu gihe umuntu afise umurengera, ubuzima bwiwe ntibuva ku bintu atunze+.”

  • Abaroma 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 None rero tuvuge iki? Mbega Itegeko ni igicumuro+? Ntibikabe! Mu vy’ukuri simba naramenye igicumuro+ iyo hataba Itegeko; kandi nk’akarorero, simba naramenye umwina+ ico ari co iyo Itegeko ritavuga riti: “Ntukagire umwina+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika