Kuvayo 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umusozi Sinayi ufumba umwotsi hose+, bitumwe n’uko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Kandi umwotsi wawo waguma uduga nk’umwotsi w’itanure+, kandi umusozi wose wariko urajugumira cane+. Kuvayo 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ku maso ya bene Isirayeli, ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova bwasa, wamengo ni umuriro urigata+, kw’isonga ry’umusozi. Gusubira mu vyagezwe 4:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yarakwumvishije ijwi ryiwe ari mu majuru kugira agukosore; kw’isi na ho yarakweretse umuriro wiwe ukomeye, kandi warumvise amajambo yiwe ava hagati mu muriro+.
18 Umusozi Sinayi ufumba umwotsi hose+, bitumwe n’uko Yehova yari yamanutse kuri wo mu muriro+. Kandi umwotsi wawo waguma uduga nk’umwotsi w’itanure+, kandi umusozi wose wariko urajugumira cane+.
17 Ku maso ya bene Isirayeli, ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova bwasa, wamengo ni umuriro urigata+, kw’isonga ry’umusozi.
36 Yarakwumvishije ijwi ryiwe ari mu majuru kugira agukosore; kw’isi na ho yarakweretse umuriro wiwe ukomeye, kandi warumvise amajambo yiwe ava hagati mu muriro+.