Gusubira mu vyagezwe 4:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Hari ikindi gisata cumvise ijwi ry’Imana rivugira hagati mu muriro, nk’uko ubwawe waryumvise, kikabandanya kubaho+?
33 Hari ikindi gisata cumvise ijwi ry’Imana rivugira hagati mu muriro, nk’uko ubwawe waryumvise, kikabandanya kubaho+?