ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Hari ikindi gisata cumvise ijwi ry’Imana rivugira hagati mu muriro, nk’uko ubwawe waryumvise, kikabandanya kubaho+?

  • Gusubira mu vyagezwe 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nari mpagaze hagati ya Yehova na mwebwe ico gihe nyene+, kugira ndababwire ijambo rya Yehova, (kuko mwari mwatinye kubera umuriro maze ntimwaduga ku musozi+,) nti:

  • Zaburi 29:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ijwi rya Yehova ni iry’ububasha+;

      Ijwi rya Yehova ni agahore+.

  • 1 Abatesalonika 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko bo ubwabo baguma bavuga ukuntu twinjiye iwanyu ari bwo bwa mbere be n’ingene mwahindukiriye Imana mugaheba ibigirwamana+ vyanyu kugira ngo mushumbire ya Mana nzima+ kandi y’ukuri+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika