ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Ibi ni vyo bishingantahe+ n’ingingo nyobozi+ be n’ingingo z’ubutungane+ Musa yabwiye bene Isirayeli igihe bava mu Misiri,

  • Gusubira mu vyagezwe 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi rero ni vyo bwirizwa, ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yanyu yategetse kubigisha+, kugira mubishitse, mu gihugu muriko murajabuka mujamwo hariya ngo mucigarurire;

  • Ezekiyeli 20:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘“Maze ndabaha ivyagezwe vyanje+, ndabamenyesha ingingo zanje z’ubutungane+, kugira ngo uwuguma azikurikiza ashobore kandi kuguma abeshwaho na zo+.

  • Malaki 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Nimwibuke rya tegeko rya Musa umusavyi wanje, iryo namutegekeye i Horebu ku vyerekeye Isirayeli yose, ni zo ngingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane*+.

  • Abagalatiya 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 None Itegeko rihari kubera iki? Ryongeweko kugira ngo ibigabitanyo bije ahabona+, kugeza hashitse+ uruvyaro rwari rwarahawe umuhango; kandi ryashikirijwe biciye ku bamarayika+, ricishwa mu kuboko kw’umuhuza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika