1 Abami 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko ico kintu kiba imvo y’igicumuro ku rugo rwa Yerobowamu+, kiba n’akaryo ko kubahanagura no kubazimanganya ku buringanire bw’ubutaka+. 2 Abami 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ku bw’ivyo Yehova arurumbira ishavu+ rwose Isirayeli, bituma abakura mu maso yiwe+. Ntiyasigaza n’umwe kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.
34 Nuko ico kintu kiba imvo y’igicumuro ku rugo rwa Yerobowamu+, kiba n’akaryo ko kubahanagura no kubazimanganya ku buringanire bw’ubutaka+.
18 Ku bw’ivyo Yehova arurumbira ishavu+ rwose Isirayeli, bituma abakura mu maso yiwe+. Ntiyasigaza n’umwe kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.