Gusubira mu vyagezwe 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mukwiye kugendera mu nzira yose Yehova Imana yanyu yabategetse+, kugira mubeho kandi mumererwe neza+, murambire* koko mu gihugu muzokwigarurira. 2 Ngoma 6:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 kugira ngo bagutinye+ mu kugendera mu nzira zawe imisi yose bazoba ari bazima ku buringanire bw’ubutaka wahaye ba sogokuruza bacu+. Zaburi 128:1 Bibiliya y’isi nshasha 128 Hahiriwe umuntu wese atinya Yehova+,Agendera mu nzira ziwe+. Luka 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+.
33 Mukwiye kugendera mu nzira yose Yehova Imana yanyu yabategetse+, kugira mubeho kandi mumererwe neza+, murambire* koko mu gihugu muzokwigarurira.
31 kugira ngo bagutinye+ mu kugendera mu nzira zawe imisi yose bazoba ari bazima ku buringanire bw’ubutaka wahaye ba sogokuruza bacu+.
6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+.