ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntukagire izindi mana+ izo ari zo zose unzana mu maso.

  • Kuvayo 20:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Ntukihingurire igishusho c’ikibazano+, imero iyo ari yo yose+ imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi.

  • Ivyakozwe 7:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nuko bakora inyana muri iyo misi+ hanyuma bazanira ikimazi nya kigirwamana, batangura kuryohererwa ibikorwa vy’amaboko yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika