Kuvayo 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kubera iki Abanyamisiri+ bokwirirwa baravuga ngo: ‘Yabakuyeyo mu ntumbero mbi kugira abicire mu misozi no kugira abatikize ku buringanire bw’ubutaka+’? Hindukira, ureke ishavu ryawe rirurumba+, wicuze+ ku nabi wagira ukorere abantu bawe. Guharura 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ‘Kubera ko Yehova atari ashoboye kuzana aba bantu mu gihugu yabarahiye, yaciye atangura kubicira mu gahinga+.’ Zaburi 115:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kubera iki amahanga yovuga ngo+:“None Imana yabo iri hehe+?”
12 Kubera iki Abanyamisiri+ bokwirirwa baravuga ngo: ‘Yabakuyeyo mu ntumbero mbi kugira abicire mu misozi no kugira abatikize ku buringanire bw’ubutaka+’? Hindukira, ureke ishavu ryawe rirurumba+, wicuze+ ku nabi wagira ukorere abantu bawe.
16 ‘Kubera ko Yehova atari ashoboye kuzana aba bantu mu gihugu yabarahiye, yaciye atangura kubicira mu gahinga+.’