ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 20:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze Yehova abwira Musa na Aroni ku musozi Horo, iruhande y’umupaka w’igihugu ca Edomu, ati:

  • Guharura 20:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Aroni agiye guhamvya ab’iwabo+, kuko atazokwinjira mu gihugu ntazobura guha bene Isirayeli, kuko mwagararije itegeko ryanje ku bijanye na ya mazi y’i Meriba+.

  • Guharura 33:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Nuko Aroni umuherezi aduga umusozi Horo kw’itegeko rya Yehova araheza apfirayo, mu mwaka ugira mirongo ine bene Isirayeli bavuye mu gihugu ca Misiri, mu kwezi kugira gatanu, ku wa mbere w’ukwo kwezi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika