Kuvayo 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Musa yinjira hagati muri nya gicu, aduga ku musozi+. Musa aguma ku musozi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+. Kuvayo 34:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Hanyuma agumana ng’aho na Yehova imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine. Nta mukate yarya kandi nta mazi yanywa+. Araheza yandika kuri vya bisate amajambo ya nya sezerano, ya Majambo Cumi+.
18 Maze Musa yinjira hagati muri nya gicu, aduga ku musozi+. Musa aguma ku musozi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+.
28 Hanyuma agumana ng’aho na Yehova imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine. Nta mukate yarya kandi nta mazi yanywa+. Araheza yandika kuri vya bisate amajambo ya nya sezerano, ya Majambo Cumi+.