Gusubira mu vyagezwe 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi ukaba wabibwiwe, ukaba wavyumvise, kandi ukaba warondeye witonze, maze nya kintu kikemezwa ko ari ukuri+, ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe muri Isirayeli, Gusubira mu vyagezwe 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Nta cabona kimwe rudende gikwiye guhaguruka ngo cagirize umuntu kw’ikosa iryo ari ryo ryose canke ku gicumuro ico ari co cose+, ku biraba igicumuro ico ari co cose yokora. Ikintu gikwiye kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+. 1 Timoteyo 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntiwemere ikirego kiregwa umugabo ahumuye, kiretse gusa ku kimenyamenya c’ivyabona bibiri canke bitatu+. Abaheburayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umuntu wese akengereye itegeko rya Musa arapfa ata mpuhwe, ku ntahe ya babiri canke batatu+.
4 kandi ukaba wabibwiwe, ukaba wavyumvise, kandi ukaba warondeye witonze, maze nya kintu kikemezwa ko ari ukuri+, ico kintu giteye ishishi kikaba cakozwe muri Isirayeli,
15 “Nta cabona kimwe rudende gikwiye guhaguruka ngo cagirize umuntu kw’ikosa iryo ari ryo ryose canke ku gicumuro ico ari co cose+, ku biraba igicumuro ico ari co cose yokora. Ikintu gikwiye kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.
19 Ntiwemere ikirego kiregwa umugabo ahumuye, kiretse gusa ku kimenyamenya c’ivyabona bibiri canke bitatu+.