Kuvayo 33:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo avuga ati: “Jewe ubwanje nzocisha ukumera neza kwanje kwose imbere y’amaso yawe+, menyeshe izina rya Yehova imbere yawe+; kandi nzogirira ubutoni uwo nogirira ubutoni, kandi nzogirira imbabazi uwo nogirira imbabazi+.” Zaburi 78:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugabo yari inyembabazi+; yarapfuka ikosa+, ntihonye+.Kenshi yarasubiza inyuma ishavu ryayo+,Kandi ntiyavyura ubushangashirwe bwayo bwose.
19 Mugabo avuga ati: “Jewe ubwanje nzocisha ukumera neza kwanje kwose imbere y’amaso yawe+, menyeshe izina rya Yehova imbere yawe+; kandi nzogirira ubutoni uwo nogirira ubutoni, kandi nzogirira imbabazi uwo nogirira imbabazi+.”
38 Mugabo yari inyembabazi+; yarapfuka ikosa+, ntihonye+.Kenshi yarasubiza inyuma ishavu ryayo+,Kandi ntiyavyura ubushangashirwe bwayo bwose.