Itanguriro 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gusa, inyama zirimwo ubuzima+ bwazo, ari bwo maraso+ yazo, ntimuze muzirye+. Abalewi 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Ntimuze murye amaraso+ y’ubwoko na bumwe ahantu na hamwe muba, yaba ay’ikiguruka canke ay’igikoko. Abalewi 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe azorya amaraso y’ubwoko na bumwe+, emwe, nzoshinga igitsure canje* uyo muntu+ arya amaraso, kandi nzomurandura koko mu bantu b’iwabo. 1 Samweli 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nuko Sauli abwirwa ngo: “Ehe abantu bariko bacumura kuri Yehova mu kurya inyama zirimwo amaraso+.” Aca avuga ati: “Mwahemutse. Imbere ya vyose nimutembagarize ibuye rinini aho ndi.” Ivyakozwe 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 ahubwo kubandikira kwirinda ivyahumanijwe n’ibigirwamana+, n’ubusambanyi+, n’ibinizwe+, n’amaraso+.
26 “‘Ntimuze murye amaraso+ y’ubwoko na bumwe ahantu na hamwe muba, yaba ay’ikiguruka canke ay’igikoko.
10 “‘Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe azorya amaraso y’ubwoko na bumwe+, emwe, nzoshinga igitsure canje* uyo muntu+ arya amaraso, kandi nzomurandura koko mu bantu b’iwabo.
33 Nuko Sauli abwirwa ngo: “Ehe abantu bariko bacumura kuri Yehova mu kurya inyama zirimwo amaraso+.” Aca avuga ati: “Mwahemutse. Imbere ya vyose nimutembagarize ibuye rinini aho ndi.”
20 ahubwo kubandikira kwirinda ivyahumanijwe n’ibigirwamana+, n’ubusambanyi+, n’ibinizwe+, n’amaraso+.