Matayo 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ku musi wa mbere w’imikate itarimwo umwambiro+, abigishwa baza kuri Yezu, bavuga bati: “Ni hehe ushaka ko tugutegurira ngo urye pasika+?” Luka 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko umusi w’imikate itarimwo umwambiro urashika, uwo imbagwa ya pasika yategerezwa gutangirwako ikimazi+;
17 Ku musi wa mbere w’imikate itarimwo umwambiro+, abigishwa baza kuri Yezu, bavuga bati: “Ni hehe ushaka ko tugutegurira ngo urye pasika+?”
7 Nuko umusi w’imikate itarimwo umwambiro urashika, uwo imbagwa ya pasika yategerezwa gutangirwako ikimazi+;