ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuri mwebwe nya ntama ikwiye kuba iyitagira agahonzi+, isuguru, imaze umwaka+. Mushobora gutora mu mpfizi z’intama zikiri nto canke mu mpene.

  • 2 Ngoma 35:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Yosiya atērēra abahungu b’abantu imikuku, imyagazi y’intama y’amasuguru n’imyagazi y’impene y’amasuguru, vyose abitanga ngo bibe imbagwa za pasika ku bw’abari ng’aho bose, bikaba vyagera ku bihumbi mirongo itatu, atanga n’inka ibihumbi bitatu+. Ivyo vyari bivuye mu bintu vy’umwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika