ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Kandi uyo musi uze ubabere icibutso, kandi mubwirizwa kuwuhimbaza bwa musi mukuru wa Yehova mu mayaruka yanyu yose. Mukwiye kuwuhimbaza bwa cagezwe gushika igihe kitagira urugero.

  • Kuvayo 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi uze ubwire umuhungu wawe kuri uwo musi uti: ‘Ni kubera ivyo Yehova yangiriye igihe nava mu Misiri+.’

  • Kuvayo 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi bitegerezwa kukubera ikimenyetso ku kuboko kwawe n’icibutso hagati y’amaso yawe+, kugira ngo itegeko rya Yehova ribe mu kanwa kawe+; kuko biciye ku kiganza gikomeye ari ho Yehova yagukuye mu Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika