ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 28:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “‘Kandi ku musi w’ivyamwa vya mbere vyeze+, igihe muzoshikiriza Yehova ishikanwa ry’intete rishasha, ku musi mukuru wanyu w’amayinga+, muzogira ihwaniro ryeranda. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+.

  • 2 Ngoma 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 egome, nk’uko vyabwirizwa kugirwa ku musi ku musi+, kugira ngo hashikanwe amashikanwa hisunzwe ibwirizwa rya Musa rijanye n’amasabato+ n’imboneko z’ukwezi+ n’imisi mikuru yashinzwe+, gatatu mu mwaka+: ku musi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+, ku musi mukuru w’amayinga+ no ku musi mukuru w’insago+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika