ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ingabirano y’ukuboko kw’umwumwe wese izotangwa bivanye n’umuhezagiro Yehova Imana yawe yaguhaye+.

  • 1 Abakorinto 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Buri musi wa mbere w’iyinga, umwe wese muri mwebwe mu nzu yiwe bwite, nashire ikintu ku ruhande mu bubiko nk’uko azoba atunganiwe, kugira ngo ninashika ntihabe ari ho haba ivyo kwegeranya intererano.

  • 2 Abakorinto 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko iyo habanje kuba umutima ukunze, vyemerwa canecane hisunzwe ivyo umuntu afise+, si ivyo umuntu adafise.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika