Gusubira mu vyagezwe 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+. Yeremiya 44:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nagumye ndabatumako abasavyi banje bose, abahanuzi, nkazinduka nkabatuma+ nti: “Ndabinginze ntimukore ico kintu giteye ishishi nanka+.”
31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+.
4 Nagumye ndabatumako abasavyi banje bose, abahanuzi, nkazinduka nkabatuma+ nti: “Ndabinginze ntimukore ico kintu giteye ishishi nanka+.”