ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mwiyubare kugira ntimwibagire isezerano rya Yehova Imana yanyu yagiranye namwe+, no kugira ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikintu ico ari co cose Yehova Imana yawe yaguhayeko itegeko+.

  • Gusubira mu vyagezwe 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Mwene wanyu, mwene nyoko wawe, canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe canke umugore wawe ukunda cane canke umugenzi wawe pfampfe+, niyagerageza kuguhendahenda mu mpisho, ngo: ‘Tugende dukorere izindi mana+,’ izo utamenye yaba wewe canke ba sogokuruza bawe,

  • Abacamanza 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Amaherezo ishavu rya Yehova rirurumbira+ Isirayeli maze avuga ati: “Kubera ko iri hanga ryahonyanze isezerano ryanje+ nategetse ba sekuruza babo kandi ntiryumvirize ijwi ryanje+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika