Itanguriro 49:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ishavu+ ryabo rirakavumwa, kuko ari rinyamaswa+, n’uburake bwabo, kuko bukara+. Reka ndabagabanganye muri Yakobo, kandi reka ndabasanzaze muri Isirayeli+. Gusubira mu vyagezwe 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,
7 Ishavu+ ryabo rirakavumwa, kuko ari rinyamaswa+, n’uburake bwabo, kuko bukara+. Reka ndabagabanganye muri Yakobo, kandi reka ndabasanzaze muri Isirayeli+.
8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,