ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ku bw’ivyo Imana ituma abantu bazunguruka baciye mu nzira yo mu gahinga k’ikiyaga Gitukura+. Mugabo bene Isirayeli baduze bavuye mu gihugu ca Misiri nk’abatonze urugamba+.

  • Guharura 32:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 mugabo abasavyi bawe bazojabuka imbere ya Yehova turwane intambara, umuntu wese afise ibikenewe ku bw’ingabo+, nk’uko umukama wanje avuze.”

  • Yosuwa 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Abagore banyu n’abana banyu batoyi n’ibitungwa vyanyu bizoba mu gihugu Musa yabahaye hakuno ya Yorodani+; mugabo mwebwe muzojabuka nk’abatonze urugamba+ imbere ya bene wanyu, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi bose+, kandi muze mubafashe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika