Kuvayo 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi. Guharura 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abo ni bo bahamagawe bo mw’ikoraniro, abakuru+ b’imiryango ya ba se. Ni bo bakuru b’ibihumbi vya Isirayeli+.” Yosuwa 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yosuwa ahamagara Isirayeli yose+, abagabo b’inararibonye bayo n’abakuru bayo n’abacamanza bayo n’abarongozi bayo+, ababwira ati: “Jewe nashaje, nitereye mu myaka.
25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi.
16 Abo ni bo bahamagawe bo mw’ikoraniro, abakuru+ b’imiryango ya ba se. Ni bo bakuru b’ibihumbi vya Isirayeli+.”
2 Yosuwa ahamagara Isirayeli yose+, abagabo b’inararibonye bayo n’abakuru bayo n’abacamanza bayo n’abarongozi bayo+, ababwira ati: “Jewe nashaje, nitereye mu myaka.