ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko Yehova abwira Aburamu ati: “Va mu gihugu cawe no mu ncuti zawe no mu nzu ya so, uje mu gihugu nzokwereka+;

  • Nehemiya 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uri Yehova Imana y’ukuri yatoye Aburamu+ ikamukura i Uri h’Abakaludaya+ maze izina ryiwe ikarigira Aburahamu+.

  • Ivyakozwe 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Na we ati: “Bagabo, bene wacu na ba data, nimwumve. Imana y’ubuninahazwa+ yarabonekeye sogokuruza wacu Aburahamu igihe yari i Mezopotamiya, imbere y’uko agerera i Harani+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika