Itanguriro 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amusohora hanze rero, avuga ati: “Ndakwinginze urangamize mu kirere uharure inyenyeri, nimba kumbure ushoboye kuziharura+.” Hanyuma amubwira ati: “Ukwo ni ko uruvyaro rwawe ruzongana+.” Abaroma 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Naho yari ageze aho atakigira icizigiro, nticabujije ko yizera+ yishimikije icizigiro, kugira acike se w’amahanga menshi+ nk’uko vyari vyaravuzwe ngo: “Ukwo ni ko uruvyaro rwawe ruzoba+.” Abaheburayo 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 iti: “Emwe, ari ukuguhezagira nzoguhezagira, no kukugwiza nzokugwiza+.”
5 Amusohora hanze rero, avuga ati: “Ndakwinginze urangamize mu kirere uharure inyenyeri, nimba kumbure ushoboye kuziharura+.” Hanyuma amubwira ati: “Ukwo ni ko uruvyaro rwawe ruzongana+.”
18 Naho yari ageze aho atakigira icizigiro, nticabujije ko yizera+ yishimikije icizigiro, kugira acike se w’amahanga menshi+ nk’uko vyari vyaravuzwe ngo: “Ukwo ni ko uruvyaro rwawe ruzoba+.”