Kuvayo 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: “Ngira nzane ikindi cago kimwe kuri Farawo na Misiri. Inyuma y’ivyo azobarekura muve ng’aha+. Niyabarekura mwese hamwe, azobirukana bubirukane muve ng’aha+.
11 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: “Ngira nzane ikindi cago kimwe kuri Farawo na Misiri. Inyuma y’ivyo azobarekura muve ng’aha+. Niyabarekura mwese hamwe, azobirukana bubirukane muve ng’aha+.