ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 ‘Ubwanyu mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+, kugira ngo mwebwe ndabatware ku mababa y’inkona, ndabazane kuri jewe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yehova wenyene ni we yaguma amuyobora+,

      Kandi nta mana y’inyamahanga yari kumwe na we+.

  • Amosi 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi je we narabazanye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, ndabacisha mu gahinga imyaka mirongo ine+, kugira ngo mwiga rurire igihugu c’Umwamori+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika