ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Vyongeye Isirayeli iribonera ukuboko gukomeye Yehova akoresheje mu kurwanya Abanyamisiri. Abantu baca batangura gutinya Yehova no kwizera Yehova na Musa umusavyi wiwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Canke hari aho Imana yagerageje kuza gutora ihanga ngo iryizaneko irikuye hagati y’irindi hanga biciye ku bihinyuza+, ku bimenyetso+ no ku bitangaro+ no ku ntambara+ no ku kiganza gikomeye+ no ku kuboko kuramvuye+ no ku bubasha bukomeye kandi buteye ubwoba+, nka bimwe vyose Yehova Imana yanyu yabakorera mu Misiri mu maso yawe?

  • Gusubira mu vyagezwe 29:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko Musa ahamagara Isirayeli yose, ababwira ati: “Mwebwe mwariboneye ibintu vyose Yehova yakoreye mu maso yanyu mu gihugu ca Misiri abikoreye Farawo n’abasavyi biwe bose n’igihugu ciwe cose+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika