18 Kandi Yehova yirukanye imbere yacu ibisata vy’abantu vyose+ vyaba mu gihugu, egome, Abamori. Ku bitwerekeye, natwe tuzokorera Yehova, kuko ari we Mana yacu+.”
5 Uyu azovuga ati: “Jewe ndi uwa Yehova+.” Urya na we azokwiyita izina rya Yakobo+, uwundi na we yandike ku kuboko kwiwe ati: “Uwa Yehova.” Kandi izina rya Isirayeli ni ryo zina ry’icubahiro umuntu azokwiyita+.’