ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 5:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Wewe ubwawe niwegere, wumve ivyo Yehova Imana yacu azoba yavuze vyose. Ni wewe uzotubwira ivyo Yehova Imana yacu azoba yakubwiye vyose+, natwe ntituzobura kuvyumviriza, tubikore.’

  • Gusubira mu vyagezwe 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Kandi niwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yawe mu kuba maso ugashitsa amabwirizwa yiwe yose ndagutegetse uno musi+, Yehova Imana yawe rero ntazobura kugushira hejuru y’ayandi mahanga yo kw’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika