Gusubira mu vyagezwe 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi urazi neza uno musi (kuko ntariko mbwira abana banyu batamenye kandi batabonye indero ya Yehova+ Imana yanyu, ubukuru bwiwe+, ikiganza ciwe gikomeye+ n’ukuboko kwiwe kuramvuye+, Gusubira mu vyagezwe 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi abana babo ata co bamenye baze bumvirize+, bige gutinya Yehova Imana yanyu imisi yose muzoba muba ku butaka muriko murajabuka Yorodani ngo mubwigarurire+.”
2 Kandi urazi neza uno musi (kuko ntariko mbwira abana banyu batamenye kandi batabonye indero ya Yehova+ Imana yanyu, ubukuru bwiwe+, ikiganza ciwe gikomeye+ n’ukuboko kwiwe kuramvuye+,
13 Kandi abana babo ata co bamenye baze bumvirize+, bige gutinya Yehova Imana yanyu imisi yose muzoba muba ku butaka muriko murajabuka Yorodani ngo mubwigarurire+.”