Kuvayo 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amaherezo afata igitabu c’isezerano+, agisomera mu matwi y’abantu+. Maze bavuga bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora no kubigamburuka+.” 1 Samweli 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Umuntu acumuye ku muntu+, Imana yobijamwo ikamubera umucamanza+; mugabo umuntu acumuye kuri Yehova+, ni nde azomusengera+?” Mugabo ntibumviriza ijwi rya se+, kuko Yehova ico gihe yari ahimbawe no kubica+.
7 Amaherezo afata igitabu c’isezerano+, agisomera mu matwi y’abantu+. Maze bavuga bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora no kubigamburuka+.”
25 Umuntu acumuye ku muntu+, Imana yobijamwo ikamubera umucamanza+; mugabo umuntu acumuye kuri Yehova+, ni nde azomusengera+?” Mugabo ntibumviriza ijwi rya se+, kuko Yehova ico gihe yari ahimbawe no kubica+.