Yosuwa 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bamwe bari babunze baca bahaguruka ningoga aho bari, batangura kwiruka akiramvura ukuboko, binjira mu gisagara baragifata+. Maze bihutira guturira nya gisagara+. Yosuwa 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yosuwa aturira Ayi, ayihindura ikidunduri camaho igihe kitagira urugero+, iba umusaka gushika n’uyu musi.
19 Bamwe bari babunze baca bahaguruka ningoga aho bari, batangura kwiruka akiramvura ukuboko, binjira mu gisagara baragifata+. Maze bihutira guturira nya gisagara+.
28 Maze Yosuwa aturira Ayi, ayihindura ikidunduri camaho igihe kitagira urugero+, iba umusaka gushika n’uyu musi.