Yosuwa 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None si jewe ndagutegetse+? Gira umutima rugabo kandi ukomere. Nturanduke umutima canke ngo ucike ivutu+, kuko Yehova Imana yawe azobana nawe aho uzoja hose+.” Yosuwa 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Na bo rero bishura Yosuwa bati: “Ivyo udutegetse vyose tuzobikora, kandi aho uzodutuma hose tuzogenda+.
9 None si jewe ndagutegetse+? Gira umutima rugabo kandi ukomere. Nturanduke umutima canke ngo ucike ivutu+, kuko Yehova Imana yawe azobana nawe aho uzoja hose+.”
16 Na bo rero bishura Yosuwa bati: “Ivyo udutegetse vyose tuzobikora, kandi aho uzodutuma hose tuzogenda+.