ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!

      Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!

      Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’

  • Abacamanza 20:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bene Benyamini basohotse guhura n’abo bantu, bajanwa kure y’igisagara+. Maze, nko muri vya bihe bindi, batangura gusasika bamwe mu bantu, bagenda baragwa ku nzira z’ibirari bakomeretse bimwe vyica, imwe muri izo nzira ikaba iduga i Beteli+ iyindi na yo i Gibeya+, mu gahinga, basasika nk’abagabo mirongo itatu muri Isirayeli+.

  • Zaburi 9:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yehova amenyekanira ku rubanza yashikije+.

      Umubisha afashwe n’igikorwa c’amaboko yiwe+.

      Higayoni*. Sela.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika